Jump to content

Turukiya

Kuva Wikipedia
Ibendera rya Turukiya
Turukiya


Turukiya (Turkiya) canke Republika ya Tur(u)kiya ni igihugu kimwe mubihugu biri muri Aziya n’Uburaya.

  • Umurwa Mukuru: Ankara
  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato ibihumbi amajana indwi na mirongo umunani na gatatu n'amajana atatu na mirongo itanu na bitandatu (783.356km²)
  • Abanyagihugu: Imiliyoni mirongo umunani na zitatu n'ibihumbi amajana atatu n'indwi n'amajana atandatu na mirongo irindwi na bane (83.307.674hab ) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'icenda (2019)
  • Ukurundana: Abantu ijana na babiri (102 personnes ) ku kirometero kwadarato ( 1km²).
    Metropolitian Istanbul - Landscapes of Turkey 12